Zaburi 94:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Baguma badudubiza amajambo, baguma bavuga bashirukanya+;Abakora ibibabaza bose baguma biyemera+. Imigani 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umwirasi nyawitimbere, uwishima: ni ryo zina ry’uwukorana ukwita imbere kw’ubusazi+. Yakobo 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 N’ururimi nyene ni agahimba gatoyi yamara kakiyemera bikomeye+. Raba ingene bisaba akariro gakeyi kugira ngo umuntu adomeke ishamba rinini cane!
5 N’ururimi nyene ni agahimba gatoyi yamara kakiyemera bikomeye+. Raba ingene bisaba akariro gakeyi kugira ngo umuntu adomeke ishamba rinini cane!