Abacamanza 9:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Gayali mwene Ebedi avuga ati: “Abimeleki+ abaye nde, kandi Shekemu abaye nde ngo tumukorere? None si mwene Yerubayali+, kandi Zebuli+ si icariho ciwe? Mwebwe nimukorere abantu ba Hamori+ se wa Shekemu, ariko twebwe, twomukorera kubera iki?
28 Gayali mwene Ebedi avuga ati: “Abimeleki+ abaye nde, kandi Shekemu abaye nde ngo tumukorere? None si mwene Yerubayali+, kandi Zebuli+ si icariho ciwe? Mwebwe nimukorere abantu ba Hamori+ se wa Shekemu, ariko twebwe, twomukorera kubera iki?