ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.

  • 2 Samweli 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!”

  • 1 Abami 12:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Isirayeli yose ibonye yuko umwami atabumvirije, abantu baca bishura umwami bati: “Ni umuturi nyabaki dufise muri Dawidi+? Kandi nta ntoranwa iri muri mwene Yese. Ku mana zawe+, ewe Isirayeli! Ubu rero niwitwararike inzu yawe, ewe Dawidi+!” Isirayeli ica yigira ku mahema yayo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika