-
2 Samweli 20:21Bibiliya y’isi nshasha
-
-
21 Si ukwo biri, ahubwo umugabo wo mu karere k’imisozi ka Efurayimu+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri, yabanguriye ukuboko Umwami Dawidi+. Nimumutange wenyene+, nanje ndasubira inyuma mve kuri iki gisagara+.” Maze nya mugore abwira Yowabu ati: “Ehe umutwe wiwe+ barawukujugunyira bawucishije hejuru y’uruhome!”
-