ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Bwira ikoraniro uti: ‘Nimwigire kure y’amataberenakulo ya Kora na Datani na Abiramu+!’”

  • Yosuwa 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Haguruka, weze abantu+, ubabwire uti: ‘Muze mwiyeze ejo, kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli yavuze ati: “Hari ikintu co gutikizwa kiri hagati muri wewe, ewe Isirayeli+. Ntuzoshobora kurwanya abansi bawe mutarakura hagati muri mwebwe nya kintu co gutikizwa.

  • Imigani 17:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ubugarariji gusa ni bwo umuntu mubi aguma arondera+, kandi intumwa irungikwa kuri we ni ruburakigongwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika