Guharura 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko bakoranira kurwanya+ Musa na Aroni, bababwira bati: “Ivyanyu turabihaze, kuko ikoraniro ryose ari ryeranda+, bose uko bangana, kandi Yehova ari hagati muri bo+. Kubera iki none mwiduza hejuru y’ishengero rya Yehova+?” 2 Samweli 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!”
3 Nuko bakoranira kurwanya+ Musa na Aroni, bababwira bati: “Ivyanyu turabihaze, kuko ikoraniro ryose ari ryeranda+, bose uko bangana, kandi Yehova ari hagati muri bo+. Kubera iki none mwiduza hejuru y’ishengero rya Yehova+?”
20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!”