ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 18:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze abasuku cumi bari batwaye ibirwanisho vya Yowabu bakikuza Abusalomu, baraheza baramukubita kugira bamwice+.

  • 2 Samweli 20:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nya mugore, mu bukerebutsi bwiwe+, aca aja ku bantu bose, maze baca umutwe wa Sheba mwene Bikiri baraheza bawujugunyira Yowabu. Uno aca avuza inzamba+, gutyo barasanzara bavuye kuri nya gisagara, umwe wese aja i muhira iwe; Yowabu na we asubira i Yeruzalemu ku mwami.

  • 1 Abami 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ubu rero, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ we yanshimangiye+ kandi akangumiza ku ntebe y’ubwami ya Dawidi dawe+ akongera akanyubakira inzu+ nk’uko nyene yavuze+: uno musi Adoniya aricwa+.”

  • Esiteri 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Harubona+, umwe mu bakozi bo ku kirimba+ b’imbere y’umwami, aca avuga ati: “Mbere hariho igiti+ Hamani yateguriye Morudekayi, uwari yaravuze iciza ku vyerekeye umwami+, kikaba gihagaze mu nzu ya Hamani: kireha n’amatambwe* mirongo itanu.” Umwami aca avuga ati: “Nimukimumanikeko+.”

  • Matayo 21:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Bamubwira bati: “Kubera ko ari babi, azobatikiza bimwe bibi+, nya murima na wo awuhe abandi barimyi bazomuhereza ivyamwa igihe kigeze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika