Esiteri 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ku musi ugira indwi, umutima w’umwami umaze kuryoherwa n’umuvinyu+, abwira Mehumani na Bizitana na Harubona+ na Bigita na Abagita na Zetari na Karikasi, abakozi indwi bo ku kirimba bakorera+ Umwami Ahasuwerusi,
10 Ku musi ugira indwi, umutima w’umwami umaze kuryoherwa n’umuvinyu+, abwira Mehumani na Bizitana na Harubona+ na Bigita na Abagita na Zetari na Karikasi, abakozi indwi bo ku kirimba bakorera+ Umwami Ahasuwerusi,