ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 4:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ariko uwamusereva avuga ati: “Ibi nobishira gute imbere y’abagabo ijana+?” Na we avuga ati: “Nubihe abantu barye, kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Baraza kurya, hagire n’ibisigara+.’”

  • Esiteri 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko abashumba b’umwami, ari bo basuku biwe+, bavuga bati: “Nibaronderere+ umwami inkumi, abigeme b’isugi+, basa neza,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika