10 Ku musi ugira indwi, umutima w’umwami umaze kuryoherwa n’umuvinyu+, abwira Mehumani na Bizitana na Harubona+ na Bigita na Abagita na Zetari na Karikasi, abakozi indwi bo ku kirimba bakorera+ Umwami Ahasuwerusi,
14 kandi ba somambike biwe bari Karishena na Shetari na Adumata na Tarushishi na Meresi na Marisena be na Memukani, abaganwa indwi+ b’Ubuperesi n’Ubumedi b’abishikira ku mwami+, kandi bakaba bicara imbere mu bwami) ati: