Abacamanza 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko mu baba i Yabeshi-gileyadi+ basangamwo abakobwa amajana ane b’isugi+ batigeze bahuza ibitsina n’umugabo mu kuryamana na we. Babazana rero kw’ikambi i Shilo+, ahari mu gihugu ca Kanani.
12 Ariko mu baba i Yabeshi-gileyadi+ basangamwo abakobwa amajana ane b’isugi+ batigeze bahuza ibitsina n’umugabo mu kuryamana na we. Babazana rero kw’ikambi i Shilo+, ahari mu gihugu ca Kanani.