2 Samweli 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!”
20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!”