Abacamanza 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Incoreke yiwe yari i Shekemu, na yo nyene imuvyarira umuhungu. Nuko amwita Abimeleki+. Abacamanza 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma Abimeleki+ mwene Yerubayali aja i Shekemu+ kuri basaza ba nyina maze atangura kubabwira, bo n’umuryango wose w’inzu ya se wa nyina, ati: Abacamanza 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu nyuma, bene amatongo b’i Shekemu bose n’inzu ya Milo+ yose bakoranira hamwe hanyuma baragenda, bimika Abimeleki ngo abe umwami+, bamwimikira hafi ya ca giti kinini+, ya nkingi yari i Shekemu+.
9 Mu nyuma Abimeleki+ mwene Yerubayali aja i Shekemu+ kuri basaza ba nyina maze atangura kubabwira, bo n’umuryango wose w’inzu ya se wa nyina, ati:
6 Mu nyuma, bene amatongo b’i Shekemu bose n’inzu ya Milo+ yose bakoranira hamwe hanyuma baragenda, bimika Abimeleki ngo abe umwami+, bamwimikira hafi ya ca giti kinini+, ya nkingi yari i Shekemu+.