ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mu nyuma Abimeleki+ mwene Yerubayali aja i Shekemu+ kuri basaza ba nyina maze atangura kubabwira, bo n’umuryango wose w’inzu ya se wa nyina, ati:

  • 2 Samweli 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 None ni nde yishe Abimeleki+ mwene Yerubesheti+? Mbega umugore si we yamutereyeko ingasiro+ ari hejuru ku ruhome ku buryo apfira i Tebezi+? Kubera iki none vyabaye ngombwa ko mwegera cane uruhome?’, nawe uze uvuge uti: ‘Umusavyi wawe Uriya Umuheti na we nyene yarapfuye+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika