Itanguriro 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Umuto na we nyene yibaruka umuhungu, amwita Beni-ami. Ni we se wa bene Amoni+ gushika n’uyu musi. Abacamanza 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, akoranya bene Amoni+ na Amaleki+ ngo babarwanye. Maze baragenda, bakubita Isirayeli hanyuma bigarurira igisagara c’ibigazi+. Abacamanza 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kw’Abafilisitiya+ no mu kuboko kwa bene Amoni+.
13 Vyongeye, akoranya bene Amoni+ na Amaleki+ ngo babarwanye. Maze baragenda, bakubita Isirayeli hanyuma bigarurira igisagara c’ibigazi+.
7 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kw’Abafilisitiya+ no mu kuboko kwa bene Amoni+.