ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 34:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 na Negebu+ n’intara+ ya Yorodani, ikiyaya c’umubande c’i Yeriko, ca gisagara c’ibigazi+, gushika i Zowari+.

  • Abacamanza 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Abahungu b’Umukeni+, uwo Musa yari yarabereye umukwe+, bava mu gisagara c’ibigazi+ badugana na bene Yuda mu gahinga ka Yuda, akari mu bumanuko bwa Aradi+. Maze baja kubana n’abantu baho+.

  • 2 Ngoma 28:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze abantu bari bavuzwe amazina+ barahaguruka, bafata nya mbohe, kandi abo muri zo bari gusa babambika izivuye muri nya sahu. Nuko barabambika+, babaronsa inkweto* bongera barabagaburira+, babaha n’ivyo banywa+, baraheza babasiga amavuta. Vyongeye, abayumbayumba bose babatwara+ ku ndogobwa maze babajana i Yeriko+, igisagara c’ibigazi+, iruhande ya bene wabo. Hanyuma basubira i Samariya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika