Itanguriro 26:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko Izahaki ababwira ati: “Kubera iki mwaje iwanje kandi mwebwe ubwanyu mwaranyanse mukandungika nkava mu kibano canyu+?” Gusubira mu vyagezwe 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+. Abacamanza 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko umugore wa Gileyadi aguma amuvyarira abahungu. Abahungu ba nya mugore bakuze, birukana Yefuta, bamubwira bati: “Ntuzogenda uronse intoranwa mu rugo rwa data+, kuko uri umuhungu w’uwundi mugore.”
27 Nuko Izahaki ababwira ati: “Kubera iki mwaje iwanje kandi mwebwe ubwanyu mwaranyanse mukandungika nkava mu kibano canyu+?”
17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+.
2 Nuko umugore wa Gileyadi aguma amuvyarira abahungu. Abahungu ba nya mugore bakuze, birukana Yefuta, bamubwira bati: “Ntuzogenda uronse intoranwa mu rugo rwa data+, kuko uri umuhungu w’uwundi mugore.”