Kuvayo 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+. 1 Samweli 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko bashitse, Dawidi agarutse avuye kwica Abafilisitiya, abagore batangura gusohoka bavuye mu bisagara vyose vya Isirayeli baririmba+ bongera batamba kugira basanganire Sauli umwami, bafise utugoma+, banezerewe+ kandi bafise ibitari. Zaburi 68:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Abaririmvyi bagendera imbere, abavuza ibicurarangisho vy’imirya bakabakurikira+;Hagati hari abigeme bakubita utugoma+.
20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+.
6 Nuko bashitse, Dawidi agarutse avuye kwica Abafilisitiya, abagore batangura gusohoka bavuye mu bisagara vyose vya Isirayeli baririmba+ bongera batamba kugira basanganire Sauli umwami, bafise utugoma+, banezerewe+ kandi bafise ibitari.
25 Abaririmvyi bagendera imbere, abavuza ibicurarangisho vy’imirya bakabakurikira+;Hagati hari abigeme bakubita utugoma+.