Kuvayo 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+. Abacamanza 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Amaherezo Yefuta ashika i Mizipa+ i muhira iwe, maze ehe umukobwa wiwe arasohoka kumusanganira avuza akagoma yongera atamba+! Kandi yari umwana umwe rudende. Uretse we, nta muhungu canke umukobwa yari afise. Zaburi 68:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Abaririmvyi bagendera imbere, abavuza ibicurarangisho vy’imirya bakabakurikira+;Hagati hari abigeme bakubita utugoma+.
20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+.
34 Amaherezo Yefuta ashika i Mizipa+ i muhira iwe, maze ehe umukobwa wiwe arasohoka kumusanganira avuza akagoma yongera atamba+! Kandi yari umwana umwe rudende. Uretse we, nta muhungu canke umukobwa yari afise.
25 Abaririmvyi bagendera imbere, abavuza ibicurarangisho vy’imirya bakabakurikira+;Hagati hari abigeme bakubita utugoma+.