Itanguriro 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uwo mwigeme yari ateye igomwe+; yari isugi kandi nta mugabo yari bwaryamane na we+. Nuko amanuka kw’isôko maze atangura kwuzuza umubindi wiwe w’amazi hanyuma araduga. Itanguriro 30:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aribungenga hanyuma avyara umuhungu. Maze avuga ati: “Imana yakuyeho iceyi canje+!” Rusi 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze abagore batangura kubwira+ Nawomi bati: “Hahezagirwe Yehova+, we ataretse ngo ubure umucunguzi uno musi; kugira ngo izina ryiwe ritangazwe muri Isirayeli. 1 Samweli 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umukeba wiwe na we yaramubabaza+ bimwe bikomeye kugira ngo amubuze amahoro, kuko Yehova yari yarugaye igitereko ciwe.
16 Uwo mwigeme yari ateye igomwe+; yari isugi kandi nta mugabo yari bwaryamane na we+. Nuko amanuka kw’isôko maze atangura kwuzuza umubindi wiwe w’amazi hanyuma araduga.
14 Maze abagore batangura kubwira+ Nawomi bati: “Hahezagirwe Yehova+, we ataretse ngo ubure umucunguzi uno musi; kugira ngo izina ryiwe ritangazwe muri Isirayeli.
6 Umukeba wiwe na we yaramubabaza+ bimwe bikomeye kugira ngo amubuze amahoro, kuko Yehova yari yarugaye igitereko ciwe.