Luka 1:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Maze ababanyi n’incuti ziwe bumva yuko Yehova yari yamugwijeko imbabazi ziwe+, na bo batangura kunezeranwa+ na we. Abaroma 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Munezeranwe n’abanezerewe+; murirane n’abarira.
58 Maze ababanyi n’incuti ziwe bumva yuko Yehova yari yamugwijeko imbabazi ziwe+, na bo batangura kunezeranwa+ na we.