Itanguriro 24:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 avuga ati: “Hahezagirwe Yehova+ Imana ya databuja Aburahamu, we ataretse kugirira databuja ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe. Igihe nari ku nzira, Yehova yanyoboye ku nzu ya bene wabo na databuja+.” Zaburi 145:1 Bibiliya y’isi nshasha 145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+. Luka 1:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 “Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+, kuko yitayeho abantu biwe+ akabatunganiriza ukurokoka+.
27 avuga ati: “Hahezagirwe Yehova+ Imana ya databuja Aburahamu, we ataretse kugirira databuja ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe. Igihe nari ku nzira, Yehova yanyoboye ku nzu ya bene wabo na databuja+.”
145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.