Abacamanza 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Abudoni mwene Hileli Umunyapiratoni arapfa hanyuma ahambwa i Piratoni mu gihugu ca Efurayimu, ku musozi w’Umumaleki+. 2 Samweli 23:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Benaya+ Umunyapiratoni, Hidayi wo mu myonga y’i Gayashi+, 1 Ngoma 27:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uwugira cumi na rimwe ku bw’ukwezi kugira cumi na rimwe yari Benaya+ Umunyapiratoni wo muri bene Efurayimu+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
15 Maze Abudoni mwene Hileli Umunyapiratoni arapfa hanyuma ahambwa i Piratoni mu gihugu ca Efurayimu, ku musozi w’Umumaleki+.
14 Uwugira cumi na rimwe ku bw’ukwezi kugira cumi na rimwe yari Benaya+ Umunyapiratoni wo muri bene Efurayimu+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.