Abacamanza 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Wa mumarayika w’Imana y’ukuri amubwira ati: “Fata izo nyama n’utwo dutsima tutarimwo umwambiro ubishire kuri kirya gitandara+ hanyuma usukeko uwo mufa.” Agira kuno.
20 Wa mumarayika w’Imana y’ukuri amubwira ati: “Fata izo nyama n’utwo dutsima tutarimwo umwambiro ubishire kuri kirya gitandara+ hanyuma usukeko uwo mufa.” Agira kuno.