Abacamanza 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abuhakurira rero mu biganza vyiwe hanyuma abandanya kugenda, agenda ararya+. Ashikiriye se na nyina, aca abahako, na bo batangura kurya. Mugabo ntiyababwira yuko ubwo buki yari yabuhakuye mu kiziga c’intambwe.
9 Abuhakurira rero mu biganza vyiwe hanyuma abandanya kugenda, agenda ararya+. Ashikiriye se na nyina, aca abahako, na bo batangura kurya. Mugabo ntiyababwira yuko ubwo buki yari yabuhakuye mu kiziga c’intambwe.