1 Samweli 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nayo Yonatani, igihe se yarahiza abantu ntiyumva+; atuma rero isonga ry’inkoni yari mu kuboko kwiwe, arikoza mu kimamara c’ubuki araheza agarukana ukuboko ku munwa wiwe, maze amaso yiwe atangura guca ibibatsi+. Imigani 25:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Waronse ubuki+? Rya ubugukwiye, ntuhave wihereza uburenze urugero ukabwirizwa kubudahwa+.
27 Nayo Yonatani, igihe se yarahiza abantu ntiyumva+; atuma rero isonga ry’inkoni yari mu kuboko kwiwe, arikoza mu kimamara c’ubuki araheza agarukana ukuboko ku munwa wiwe, maze amaso yiwe atangura guca ibibatsi+.