1 Samweli 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bamuha kandi agapande k’agatsima k’insukoni zafyonzwe zikegerana be n’udutsima tubiri tw’inzabibu zumye+. Maze ararya hanyuma arahembuka+; kuko yari amaze imisi itatu n’amajoro atatu atarya umukate kandi atanywa amazi.
12 Bamuha kandi agapande k’agatsima k’insukoni zafyonzwe zikegerana be n’udutsima tubiri tw’inzabibu zumye+. Maze ararya hanyuma arahembuka+; kuko yari amaze imisi itatu n’amajoro atatu atarya umukate kandi atanywa amazi.