Itanguriro 38:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Na we ati: “Jewe ubwanje nzorungika umwagazi w’impene wo mu busho.” Mugabo avuga ati: “None urampa ingwati gushika uwurungitse+?” 1 Samweli 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Yese atora indogobwa n’umukate n’umukuza w’urushato+ w’umuvinyu n’akagazi k’impene, abirungikira Sauli biciye kuri Dawidi umuhungu wiwe+. Luka 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yishura se wiwe ati: ‘Raba imyaka myinshi cane iheze ngushumbira, kandi sinigeze na rimwe ndenga ibwirizwa ryawe, yamara jewe ntiwigeze na rimwe umpa n’akagazi k’impene ngo ndyoherwe hamwe n’abagenzi banje+.
17 Na we ati: “Jewe ubwanje nzorungika umwagazi w’impene wo mu busho.” Mugabo avuga ati: “None urampa ingwati gushika uwurungitse+?”
20 Nuko Yese atora indogobwa n’umukate n’umukuza w’urushato+ w’umuvinyu n’akagazi k’impene, abirungikira Sauli biciye kuri Dawidi umuhungu wiwe+.
29 Yishura se wiwe ati: ‘Raba imyaka myinshi cane iheze ngushumbira, kandi sinigeze na rimwe ndenga ibwirizwa ryawe, yamara jewe ntiwigeze na rimwe umpa n’akagazi k’impene ngo ndyoherwe hamwe n’abagenzi banje+.