Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. Guharura 35:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Nimba igikoresho c’icuma ari co yamukubitishije agapfa, azoba ari umwicanyi+. Nya mwicanyi ntaze abure kwicwa+. Abacamanza 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.
16 “‘Nimba igikoresho c’icuma ari co yamukubitishije agapfa, azoba ari umwicanyi+. Nya mwicanyi ntaze abure kwicwa+.
4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.