Yosuwa 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gutata, bavuye i Shitimu+, avuga ati: “Nimugende, mwihweze ico gihugu na Yeriko.” Nuko baragenda hanyuma bashika ku nzu y’umugore w’umumaraya yitwa Rahabu+, maze baka indaro ng’aho. Abacamanza 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.
2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gutata, bavuye i Shitimu+, avuga ati: “Nimugende, mwihweze ico gihugu na Yeriko.” Nuko baragenda hanyuma bashika ku nzu y’umugore w’umumaraya yitwa Rahabu+, maze baka indaro ng’aho.
4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.