Abacamanza 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo aguma amuririra nya misi indwi inzimano baterekewe yamaze, hanyuma ku musi ugira indwi arahava arakamubwira, kuko yari yamuremereye+. Maze uwo mugore asobanurira nya gapfindo abana b’igisata ciwe+. Luka 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndabibabwiye: Naho atazohaguruka ngo amuhe ikintu na kimwe kubera ari umugenzi wiwe, mu vy’ukuri kubera ugukovya n’umutima rugabo kwiwe+, azovyuka amuhe ibintu vyose akeneye.
17 Mugabo aguma amuririra nya misi indwi inzimano baterekewe yamaze, hanyuma ku musi ugira indwi arahava arakamubwira, kuko yari yamuremereye+. Maze uwo mugore asobanurira nya gapfindo abana b’igisata ciwe+.
8 Ndabibabwiye: Naho atazohaguruka ngo amuhe ikintu na kimwe kubera ari umugenzi wiwe, mu vy’ukuri kubera ugukovya n’umutima rugabo kwiwe+, azovyuka amuhe ibintu vyose akeneye.