1 Samweli 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ku mutwe wiwe hari inkofero y’umujumpu, kandi yari yambaye ikoti y’ivyuma, y’ibigaragamba bisobekeranye, uburemere bwa nya koti y’ivyuma+ bukaba bwari shekeli z’umujumpu ibihumbi bitanu. 2 Ngoma 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uziya abandanya kubategurira, ni ukuvuga ingabo zose uko zingana, inkinzo+ n’amacumu+ n’inkofero+ n’amakoti y’ivyuma+ n’imiheto+ be n’amabuye atezwa umugozi+.
5 Ku mutwe wiwe hari inkofero y’umujumpu, kandi yari yambaye ikoti y’ivyuma, y’ibigaragamba bisobekeranye, uburemere bwa nya koti y’ivyuma+ bukaba bwari shekeli z’umujumpu ibihumbi bitanu.
14 Uziya abandanya kubategurira, ni ukuvuga ingabo zose uko zingana, inkinzo+ n’amacumu+ n’inkofero+ n’amakoti y’ivyuma+ n’imiheto+ be n’amabuye atezwa umugozi+.