Itanguriro 31:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Labani yari yagiye gukemura intama ziwe. Muri ico gihe Rasheli yiba terafimu*+ za se. Itanguriro 31:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Naho data wagiye koko, kuko wari ushashaye cane inzu ya so, kubera iki none wivye imana zanje+?” Abacamanza 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+. Hoseya 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko bene Isirayeli bazomara imisi myinshi ata mwami bagira+, ata muganwa, ata kimazi+, ata nkingi, ata efodi*+ na terafimu*+.
5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+.
4 Kuko bene Isirayeli bazomara imisi myinshi ata mwami bagira+, ata muganwa, ata kimazi+, ata nkingi, ata efodi*+ na terafimu*+.