ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+.

  • 1 Samweli 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nya ntumwa zinjiye, zisanga ya terafimu ku buriri n’urusenga rw’ubwoya bw’impene ahaja umutwe wiwe.

  • Ezekiyeli 21:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuko umwami wa Babiloni yahagaze ku masanganzira, ku mutwe wa nya nzira zibiri, kugira ngo yikore ku buraguzi+. Yazungagije imyampi. Yasiguje biciye kuri terafimu*+; yaravye mu gitigu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika