ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze ba bagabo batanu bari bagiye gutata+ igihugu ca Layishi+ babwira bene wabo bati: “Mwari muzi yuko muri aya mazu hari efodi na terafimu+ n’igishusho c’ikibazano+ be n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+? Ubu rero nimwiyumvire ico muri bukore+.”

  • 2 Abami 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+, n’abagize umwuga ukubura ibizoba+, na terafimu*+, n’ibigirwamana vy’umwanda+, n’ibintu bisesemye+ vyose vyari vyarabonetse mu gihugu ca Yuda n’i Yeruzalemu, na vyo nyene Yosiya abikuraho, kugira ngo ashitse koko amajambo yo mw’itegeko+ yari yanditswe muri ca gitabu+ Hilikiya umuherezi yari yubuye mu nzu ya Yehova+.

  • Zakariya 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika