Abacamanza 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mika amubwira rero ati: “Niwibanire nanje, umbere dawe+ n’umuherezi+, nanje nzoguha ibice cumi vy’ifeza ku mwaka n’impuzu zikwiye zihora zikoreshwa be n’ibigutunga.” Nuko uwo Mulewi arinjira.
10 Mika amubwira rero ati: “Niwibanire nanje, umbere dawe+ n’umuherezi+, nanje nzoguha ibice cumi vy’ifeza ku mwaka n’impuzu zikwiye zihora zikoreshwa be n’ibigutunga.” Nuko uwo Mulewi arinjira.