Itanguriro 45:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko rero, si mwebwe mwandungitse ino+, ahubwo ni Imana y’ukuri, kugira ingire nka se+ wa Farawo, n’umukuru* w’inzu yiwe yose, n’uwuganza igihugu cose ca Misiri. 2 Abami 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umwami wa Isirayeli akimara kubabona, abwira rero Elisha ati: “Ndabasasike, ndabasasike+ ga dawe+?” Yesaya 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nzomwambika ikanzu yawe, igikenyezo cawe ndakimukenyeze rwose+, inganji yawe na yo ndayishire mu kuboko kwiwe; kandi azobera se uwuba i Yeruzalemu n’inzu ya Yuda+.
8 Nuko rero, si mwebwe mwandungitse ino+, ahubwo ni Imana y’ukuri, kugira ingire nka se+ wa Farawo, n’umukuru* w’inzu yiwe yose, n’uwuganza igihugu cose ca Misiri.
21 Umwami wa Isirayeli akimara kubabona, abwira rero Elisha ati: “Ndabasasike, ndabasasike+ ga dawe+?”
21 Nzomwambika ikanzu yawe, igikenyezo cawe ndakimukenyeze rwose+, inganji yawe na yo ndayishire mu kuboko kwiwe; kandi azobera se uwuba i Yeruzalemu n’inzu ya Yuda+.