ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 55:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova ubwiwe+,

      Na we ubwiwe azogushigikira+.

      Ntazokwigera yemera ko umugororotsi anyiganyiga+.

  • Yesaya 46:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Gushika no mu busaza bwanyu, ndi wa wundi nyene+; kandi gushika mugize imvi ku mutwe, jewe nzoguma ndabashigikiye+. Jewe nzogira ico nkoze koko+, kugira jewe ndabaterure, no kugira jewe ndabashigikire nongere ndabarokore+.

  • Abaheburayo 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, ata kwizera+ ntibishoboka kuyihimbara rwose+, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho+ be n’uko ihemba+ abayironderana ubwira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika