Abacamanza 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Baricara rero, maze bompi batangura kurya no kunywa bari kumwe; se wa nya mugore akiri muto abwira nya mugabo ati: “Ndakwinginze wemere kurara+, kandi umutima wawe uryoherwe+.” Zaburi 104:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+. Umusiguzi 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kandi ko umuntu wese yorya, emwe, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa ciwe cose c’ubutame+. Ni yo ngabirano y’Imana+. Umusiguzi 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umukate ni uw’agatwengo k’abakozi, kandi umuvinyu uranezereza ubuzima+; mugabo amahera ni yo atorera inyishu vyose+.
6 Baricara rero, maze bompi batangura kurya no kunywa bari kumwe; se wa nya mugore akiri muto abwira nya mugabo ati: “Ndakwinginze wemere kurara+, kandi umutima wawe uryoherwe+.”
15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+.
13 kandi ko umuntu wese yorya, emwe, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa ciwe cose c’ubutame+. Ni yo ngabirano y’Imana+.
19 Umukate ni uw’agatwengo k’abakozi, kandi umuvinyu uranezereza ubuzima+; mugabo amahera ni yo atorera inyishu vyose+.