-
Abacamanza 19:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Nya mugabo+ arahaguruka rero ngo agende, we n’incoreke yiwe+ n’umusuku wiwe+; mugabo sebukwe, se wa nya mugore akiri muto, amubwira ati: “Ehe raba umusi uritereye bugira bwire. Ndabingize murare+. Ehe umusi uragiye. Rara ng’aha, kandi umutima wawe uryoherwe+. Ejo muze muvyuke kare kugira mufate urugendo, uheze uje kw’ihema ryawe.”
-