1 Samweli 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Dawidi arahunga+, ava i Nayoti i Rama. Mugabo araza, avugira imbere ya Yonatani ati: “Nakoze iki+? Ikosa ryanje ni irihe, kandi ni igicumuro ikihe nakoze imbere ya so, ko ariko arondera ubuzima bwanje?”
20 Nuko Dawidi arahunga+, ava i Nayoti i Rama. Mugabo araza, avugira imbere ya Yonatani ati: “Nakoze iki+? Ikosa ryanje ni irihe, kandi ni igicumuro ikihe nakoze imbere ya so, ko ariko arondera ubuzima bwanje?”