ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ndi hano. Nimunyagirize imbere ya Yehova n’imbere y’uwo yarobanuje amavuta+: Ni ishūri ya nde natwaye canke ni indogobwa ya nde natwaye+? Ni nde nagunze canke ni nde nakandamije? Ni mu kuboko kwa nde nakiriye amahera y’igipfukamunwa kugira ndayakoreshe mu kwihuma amaso+? Ndabibasubiza+.”

  • 1 Samweli 24:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yewe dawe+, raba, ni ukuri raba mu kuboko kwanje igice co hepfo c’umwitero utagira amaboko wawe, kuko igihe nagicacura ntakwishe. Umenye kandi ubone yuko ata bubi+ canke umugararizo ngufiseko, kandi ko ntagucumuyeko, naho wewe uriko urabundira ubuzima bwanje ngo ubukureho+.

  • Zaburi 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ewe Yehova Mana yanje, nimba ibi narabikoze+,

      Nimba hariho akarenganyo na gakeyi mu biganza vyanje+,

  • Zaburi 18:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi bwanje buri+;

      Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika