ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 22:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Hamwe icibwe cosangwa mu minwe yiwe ata kwihenda, uhereye kw’ishūri ugashika ku ndogobwa no ku ntama, ari kizima, abwirizwa gutanga inshumbusho yiyongereyeko kabiri.

  • Abalewi 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 uku rero ni ko bizogenda: niyacumura, kandi koko akagirwa n’icaha+, aze asubize nya kintu yambuye, canke nya kintu canyazwe yatwaye ku bubeshi, canke nya kintu ajejwe bari bamujeje, canke nya kintu catakaye yatoye,

  • Luka 19:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: “Ehe ica kabiri c’ivyo ntunze, Mukama, ngira ndagihe aboro, kandi ico cose nanyaze uwo ari we wese mu kumwagiriza ibinyoma+, ngira ndagisubize incuro zine+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika