Kuvayo 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ntugashinge intahe y’ikinyoma wagiriza mugenzawe+. Luka 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abari mu gikorwa ca gisirikare na bo nyene baramubaza bati: “Tweho dukore iki?” Na we akababwira ati: “Ntihagire uwo mutoteza canke ngo hagire uwo mwagiriza+ ibinyoma, mugabo mubumbwe n’ivyo muhabwa+.”
14 Abari mu gikorwa ca gisirikare na bo nyene baramubaza bati: “Tweho dukore iki?” Na we akababwira ati: “Ntihagire uwo mutoteza canke ngo hagire uwo mwagiriza+ ibinyoma, mugabo mubumbwe n’ivyo muhabwa+.”