1 Samweli 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Dawidi aca abwira Yonatani ati: “Ehe, ejo ni imboneko y’ukwezi+, kandi vyanka vyakunda mbwirizwa kuba nicaranye n’umwami mu gihe co gufungura; uze undungike ninyegeze+ mu gahinga gushika ku musi ugira gatatu ku mugoroba.
5 Dawidi aca abwira Yonatani ati: “Ehe, ejo ni imboneko y’ukwezi+, kandi vyanka vyakunda mbwirizwa kuba nicaranye n’umwami mu gihe co gufungura; uze undungike ninyegeze+ mu gahinga gushika ku musi ugira gatatu ku mugoroba.