1 Samweli 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nayo Yonatani umuhungu wa Sauli, yarahimbarwa cane na Dawidi+. Yonatani aca rero abwira Dawidi ati: “Sauli dawe ariko arondera kukwicisha. Ubu rero, ndakwinginze uze wiyubare mu gitondo; uze ube ahantu hihishije, ugume winyegeje+. Imigani 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha+, mugabo abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakabwirizwa kwibonerako+.
2 Nayo Yonatani umuhungu wa Sauli, yarahimbarwa cane na Dawidi+. Yonatani aca rero abwira Dawidi ati: “Sauli dawe ariko arondera kukwicisha. Ubu rero, ndakwinginze uze wiyubare mu gitondo; uze ube ahantu hihishije, ugume winyegeje+.
3 Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha+, mugabo abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakabwirizwa kwibonerako+.