Rusi 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Obedi avyara Yese+; Yese avyara Dawidi+. 1 Samweli 20:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko umusi ukurikira imboneko y’ukwezi, umusi ugira kabiri, ikibanza ca Dawidi kiguma kigaragara. Sauli aca abwira Yonatani umuhungu wiwe ati: “Kubera iki mwene Yese+ ataje ku mfungurwa ejo canke uno musi?” 1 Samweli 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.
27 Nuko umusi ukurikira imboneko y’ukwezi, umusi ugira kabiri, ikibanza ca Dawidi kiguma kigaragara. Sauli aca abwira Yonatani umuhungu wiwe ati: “Kubera iki mwene Yese+ ataje ku mfungurwa ejo canke uno musi?”
10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.