1 Samweli 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mu nyuma, Dawidi ashika i Nobu+ kwa Ahimeleki umuherezi; Ahimeleki+ atangura kujugumira abonanye na Dawidi maze amubwira ati: “Kubera iki uri wenyene, ata muntu n’umwe muri kumwe+?” 1 Samweli 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Dawidi aca abwira Ahimeleki umuherezi ati: “Umwami ubwiwe yantegetse ku bijanye n’ikintu kimwe+, hanyuma ambwira ati: ‘Ntihagire n’umwe agira ico amenya ku bijanye n’ico kintu ngutumye kandi ngutegetse.’ Kandi numvikanye n’abasore ko duhurira aha n’aha.
21 Mu nyuma, Dawidi ashika i Nobu+ kwa Ahimeleki umuherezi; Ahimeleki+ atangura kujugumira abonanye na Dawidi maze amubwira ati: “Kubera iki uri wenyene, ata muntu n’umwe muri kumwe+?”
2 Dawidi aca abwira Ahimeleki umuherezi ati: “Umwami ubwiwe yantegetse ku bijanye n’ikintu kimwe+, hanyuma ambwira ati: ‘Ntihagire n’umwe agira ico amenya ku bijanye n’ico kintu ngutumye kandi ngutegetse.’ Kandi numvikanye n’abasore ko duhurira aha n’aha.