ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Nuko Sauli avuga ati: “Imana ingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, niwagenda udapfuye+, Yonatani.”

  • 1 Samweli 20:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko imisi yose mwene Yese azoba akiri muzima ku butaka, wewe n’ingoma yawe ntimuzoshimangirwa+. None rero tuma bamundonderere, kuko abwirizwa gupfa+.”

  • Imigani 28:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Abihaye ububi ntibashobora gutahura urubanza, mugabo abarondera Yehova barashobora gutahura vyose+.

  • Imigani 28:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kurya kw’intambwe iroha be n’idubu ivundera ngo isimbire ku kintu, ni ko umutware w’umubisha ameze ku gisata c’abantu batobato+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika