Abacamanza 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Arahava abwira nyina ati: “Vya bice igihumbi n’ijana vy’ifeza bagutwara ukavuma+ uwavyivye, ukabivuga numva . . . erega izo feza ni je ndazifise. Ni je nazitwaye+.” Nyina aca avuga ati: “Umuhungu wanje aragahezagirwa na Yehova+.”
2 Arahava abwira nyina ati: “Vya bice igihumbi n’ijana vy’ifeza bagutwara ukavuma+ uwavyivye, ukabivuga numva . . . erega izo feza ni je ndazifise. Ni je nazitwaye+.” Nyina aca avuga ati: “Umuhungu wanje aragahezagirwa na Yehova+.”